Yohana 6:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Ku musi ukurikira, ba bantu isinzi bari basigaye hakurya y’ikiyaga bibuka ko hari ubwato bumwe gusa, kandi ko Yesu atinjiranye n’abigishwa biwe muri bwo, ahubwo ko bijanye bonyene. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Bukeye bg’aho, rya shengero ryari rihagaze hakurya y’ikiyaga, rimenye kw ata bundi bgato bgāriho atari bumwe, kandi yuko na Yesu atājanye n’abigishwa biwe mu bgato, arikw abigishwa biwe ni bo bāri bījanye: အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |