Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 6:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

19 Bamaze gusoza nk’ibirometero bitanu, babona Yesu agendagenda ku mazi yegera ubwato barimwo, maze bagira ubwoba.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

19 Bamaze gusōza nka stadiyo mirongwibiri na zitanu canke mirongwitatu, babona Yesu agendesha amaguru hejuru ku kiyaga, arikw arēgēra ubgato, na bo baratinya.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 6:19
16 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Kuri uwo musi nyene, abigishwa babiri ba Yesu bariko baja mu gisagara citwa Emawusi kiri nko ku birometero cumi na bibiri uvuye i Yerusalemu,


Bariko baramuzana, ya dayimoni imukubita hasi iramujegeza. Ariko Yesu akankamira iyo mpwemu ihumanye, akiza uwo muhungu, amusubiza se.


Betaniya hari hafi y’i Yerusalemu, nko ku birometero bitatu.


Sinzobasiga nk’impfuvyi; nzoza aho muri.


Ico gihe, umuyaga wariko urahuhuta cane bituma haba imipfunda myinshi mu kiyaga.


Yesu arababwira ati: “Ni jewe; ntimugire ubwoba.”


Izo nzabibu ziganirwa mu bwato buri inyuma y’igisagara, amaraso yazo araduga gushika ku minwa y’amafarasi, yongera arasanzara gushika nko ku birometero amajana atatu.


Igisagara cari kimeze nka kwadarato, uburebure n’ubwaguke vyarangana. Apimye igisagara asanga gifise nk’ibirometero ibihumbi bibiri n’amajana ane vy’ubwaguke, n’ibirometero ibihumbi bibiri n’amajana ane vy’uburebure.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ