Yohana 6:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Yesu amenye ko bagira baze ngo bamwimike ku nguvu nk’umwami, aca asubira ku musozi ari wenyene. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Yesu amenye ko bagira baze kumufata ngo bamwimike, asubira ku musozi ari wenyene gusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |