Yohana 6:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Abantu babonye igitangaza Yesu akoze baravuga bati: “Ni ivy’ukuri uwu ni wa muvugishwa twari twiteze kw’isi.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Bano bantu babonye ikimenyetso akoze, baravuga, bati N’ukuri uyu ni wa muntu avugishwa n’Imana yar’ akwiye kuza mw isi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |