Yohana 6:12 - Bibiliya mu Kirundi coroshe12 Bamaze guhaga bose, Yesu abwira abigishwa biwe ati: “Nimwegeranye utumanyu twasigaye, ntihagire ibipfa ubusa.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)12 Bamaze guhāga, abgira abigishwa biwe, ati Ni mutororokanye utumanyagu tw’ imisigazwa, hoye kugira igipfa ubusa. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |