Yohana 6:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Yesu afata ya mikate, ayishimira Imana, ayiha abari bicaye aho. Na za fi azigenza uko. Abantu bararya barikura. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 Maze Yesu yābīra ya mitsima, arayihezagira, ayigaburira abicaye, n’ifi na zo nk’uko bagomba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |