Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 6:10 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

10 Yesu aravuga ati: “Nimubicarike.” Aho hantu hari ubwatsi bwinshi. Nuko ba bantu baricara (abagabo bonyene bashika ibihumbi bitanu).

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

10 Yesu aravuga, ati Ni mwicarike abantu. Kand’ aho hantu hār’ ivyatsi vyinshi: nukw abantu baricara, igitigiri cabo cari nk’ibihumbi bitanu.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 6:10
6 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abariye bari abagabo ibihumbi bitanu, udashizemwo abagore n’abana.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ