Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 5:9 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

9 Ubwo nyene wa muntu arakira, aterura ikirago ciwe atangura kugendagenda. Ivyo vyabaye ku musi w’Isabato.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

9 Buno nyene uwo muntu arakira, yikorera ikirago ciwe, aragenda. Arik’ uwo musi hari kw isabato.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 5:9
15 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Nuko Yesu yegera aho aryamye, amufata ukuboko, aramuhagurutsa. Bwa bushuhe buca burahera, aca arabazimana.


Ubwo nyene ya mibembe ica iramuvako arahumanuka.


Yesu aravuga ati: “Igire, ukwizera kwawe kuragukijije.” Ubwo nyene aca arahumuka, akurikira Yesu.


Ubwo nyene ya maraso arahagarara, yumva mu mubiri wiwe ko akize ingwara yiwe.


Mu nyuma, Yesu amusanga mu rusengero aramubwira ati: “Urabona ko wakize! Ntuze usubire gucumura kugira ngo ntuze ushikirwe n’icago kirengeye ico wahorana.”


Nimba mushobora gukeba umwana w’umuhungu ku musi w’Isabato kugira ngo mwubahirize icagezwe ca Mose, ni kuki munshavurira iyo nkijije umuntu ku musi w’Isabato.


kuko Yesu yari yavuruze utwondo, agakiza iyo mpumyi ku musi w’Isabato.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ