Yohana 5:43 - Bibiliya mu Kirundi coroshe43 Naje mw’izina rya Data, ariko ntimwanyakira; yamara nihagira uwundi aza mw’izina ryiwe ubwiwe, muzomwakira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)43 Jewe naje mw izina rya Data, ntimwanyakīra: ni hagira uwundi aza mw izina ryiwe ubgiwe, we muzomwākīra. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |