Yohana 5:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 Intahe mfise iraruta iya Yohana. Kuko ibikorwa Data yampaye gushitsa ari na vyo ndiko ndakora, bishinga intahe ko ari Data yantumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Ariko jewe mfise ikinshingira intahe kuruta Yohana, kukw ibikorwa Data yampaye ngo mbiheraheze, ivyo bikorwa nyene nkora ni vyo binshingira intahe yuko Data ari we yantumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |