31 Nimba nishingira intahe, intahe yanje si iy’ukuri.
31 Asangwa nishingira intahe, intahe yanje ntizoba ar’ iy’ ukuri;
Yesu arabishura ati: “Nimba niha icubahiro, icubahiro canje nta co kimaze. Data, uwo muvuga ko ari Imana yanyu, ni we ampa icubahiro.
Wandikire umumarayika w’ishengero ry’i Lawodikiya uti: Uwitwa Amen, umwizigirwa kandi icabona c’ukuri, uwuganza ivyaremwe n’Imana vyose, aravuga ati.