Yohana 5:30 - Bibiliya mu Kirundi coroshe30 Jewe nta co nshobora gukora nigeneye. Nca urubanza nkurikije ivyo Data ambwiye gusa, kandi urubanza rwanje ruragororotse, kuko ntakora ivyo nigombeye, ahubwo nkora ivyo uwantumye agomba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)30 Nta co nshobora gukora nigeneye; uko numvise ni ko nca urubanza, kand’ urubanza nca rurabereye, kuko ntarondera ivyo nigombera, ariko ndondera ivyo uwantumye agomba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |