Yohana 5:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 kugira ngo bose bubahe Umwana nk’uko bubaha Se. Uwutubaha Umwana, ntiyubaha na Se yamutumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 ngo bose bubahe Umwana nk’uko bubaha Se; ūtubaha Umwana ntaba yubaha Se yamutumye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |