Yohana 5:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Kuko Se arakunda Umwana akamwereka ivyo ariko arakora vyose. Ndetse azomwereka ibikorwa bikomeye kuruta ibi, kugira ngo mwumirwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Kuko Se akunda Umwana, akamwereka ivy’ akora vyose ubgiwe, kand’ azomwereka ibikorwa biruta ivyo, kugira ngo mwebge mutangare. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |