Yohana 5:19 - Bibiliya mu Kirundi coroshe19 Yesu arababwira ati: “Ndababwire ukuri, Umwana nta co ashobora gukora acigeneye, ariko akora ico abonye Se akora gusa. Ico se akora, ni co n’Umwana akora. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)19 Nuko Yesu asubira kubabgira, ati N’ukuri, n’ukuri ndababgire: Nta co Umwana ashobora kwigenera, atabonye Se agikora, kukw ivyo Se akora vyose n’Umwana aca abikora kuno. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |