Yohana 5:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 Mu nyuma, Yesu amusanga mu rusengero aramubwira ati: “Urabona ko wakize! Ntuze usubire gucumura kugira ngo ntuze ushikirwe n’icago kirengeye ico wahorana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 Hanyuma y’ivyo Yesu amubona mu rusengero, aramubgira, ati Rāba wakize; ntugasubire gukora icaha, kugira ngo ntuz’ ubone ibiruta ivya mbere. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |