Yohana 5:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Wa muntu yakize ntiyari azi uwamukijije awo ari we, kuko Yesu yaciye yigira, kandi aho hantu hari abantu benshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Arik’ uwakijijwe ntiyar’ azi uw’ ari we, kuko Yesu yaciye yīgīra, kukw aho hantu hār’ abantu benshi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |