Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 5:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Arabishura ati: “Umuntu yankijije ni we yambwiye ati: ‘Ikorere ikirago cawe ugendagende.’  ”

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Na we arabishura, at’ Uwankijije ni we yambariye at’ Ikorere ikirago cawe, ugende.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 5:11
5 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Abakuru b’Abayuda babwira wa muntu yakize bati: “Uwu ni umusi w’Isabato; ivyagezwe ntibikwemerera kwikorera ikirago cawe.”


Na bo baramubaza bati: “Ni nde yakubwiye ngo wikorere ikirago cawe ugendagende?”


Baramubaza bati: “None uwo muntu ari he?” Arababwira ati: “Sindahazi.”


Bamwe mu Bafarisayo baravuga bati: “Uwu muntu yakoze ibi ntava ku Mana, kuko ntiyubahiriza umusi w’Isabato.” Ariko abandi barabaza bati: “None umunyavyaha yoshobora gukora ibitangaza nk’ibi?” Maze ivyo bituma bacanamwo.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ