Yohana 4:52 - Bibiliya mu Kirundi coroshe52 Ababajije igihe umuhungu wiwe yakiriye, bamubwira bati: “Ejo isaha indwi z’umuhingamo ni ho umururumbo wahera.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)52 Abasiguza cane igihe yatanguye kworoherwa. Baramubgira, bat’ Ejo, kw isaha ndwi, ni ho umururumbo wamuvuyeko. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |