Yohana 4:42 - Bibiliya mu Kirundi coroshe42 Babwira wa mugore bati: “Ubu ntitucizeye kubera ivyo watubwiye gusa; kuko twamwiyumviye, kandi twamenye neza ko ari we Mukiza w’isi.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)42 maze babgira uwo mugore, bat’ Ubu ho ntitwizeye kubg’ amajambo yawe gusa, kuko natwe twīyumviye kandi tumenye k’uyu ar’ Umukiza w’isi vy’ukuri. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |