Yohana 4:39 - Bibiliya mu Kirundi coroshe39 Nuko Abasamariya benshi bo muri ico gisagara bizera Yesu kubera wa mugore yababwiye ati: “Yambwiye ivyo nakoze vyose.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)39 Benshi mu Basamariya bo mur’ ico gisagara bamwizera kubg’ amajambo ya wa mugore, yavuze ashinga intahe, at’ Ambariye ivyo nakoze vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |