Yohana 4:36 - Bibiliya mu Kirundi coroshe36 N’ubu, uwimbura ariko arahabwa impembo yiwe kandi ariko aregeraniriza ivyimburwa mu bugingo budashira, kugira ngo uwubiba n’uwimbura bazonezeranwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)36 Umwimbuzi aragererwa, yegeraniriza ivyimburwa mu bugingo budashira; kugira ng’ ūbiba n’uwimbura banezeranwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |