Yohana 4:27 - Bibiliya mu Kirundi coroshe27 Muri ako kanya, abigishwa biwe baragaruka, maze batangazwa cane no kubona Yesu ariko aravugana n’umugore. Ariko ntihagira uwubahuka kumubaza ati: “Ushaka iki?” canke ati: “Ni kuki uvugana n’uwo mugore?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)27 Bun’ abigishwa biwe barashika, batangazwa n’ukw avugana n’umugore: ariko nta wavuze, at’ Urondera iki? Canke ngo Muvuganira na we iki? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |