Yohana 4:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Wa mugore aravuga ati: “Ndazi ko Mesiya (yitwa Kristo) azoza. Niyaza, azodusobanurira vyose.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Nya mugore aramubgira, ati Ndazi ko Mesiya azoza yitwa Kristo; uwo ah’ azozira ni we azoduserurira vyose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |