Yohana 4:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Ariko igihe kiraje kandi kirashitse aho abasenga b’ukuri bazosenga Data mu Mpwemu no mu kuri. Abo ni bo basenzi Data arondera. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Arikw igihe kiza, kandi kirashitse, ni ho abasenga b’ukuri bazosengera Data mu mpwemu no mu kuri, kuko Data arondera abamusenga bameze bartyo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |