Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 4:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

17 Aramwishura ati: “Nta mugabo mfise.” Yesu aramubwira ati: “Uvuze ukuri! Nta mugabo ufise.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

17 Uwo mugore aramwishura, ati Nta mugabo mfise. Yesu aramubgira, at’ Uvuze ko, k’ugize ngo nta mugabo ufise,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 4:17
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu aramubwira ati: “Genda uhamagare umugabo wawe uce ugaruka.”


Kuko wabanye n’abagabo batanu, kandi n’uwo muri kumwe ubu si umugabo wawe. Ivyo uvuze ni ukuri.”


“Nimuze murabe umuntu yambwiye ivyo nakoze vyose. Ashobora kuba ari we Kristo.”


Ukwo ni ukuri. Ariko wibuke ko ayo mashami yaciwe kubera ukutizera, kandi nawe uhagumijwe n’ukwizera. Rero, ntiwishime ahubwo utinye.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ