Yohana 4:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 Wa mugore aramubwira ati: “Nyakwubahwa, mpa kuri ayo mazi kugira ngo sinzosubire kunyoterwa ngo name nza ngaha kuvoma.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 Uwo mugore aramubgira, ati Mugenzi, mpa se ayo mazi, sinze ngire inyota, kandi sinze ngaruke kuvoma ino hose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |