Yohana 4:14 - Bibiliya mu Kirundi coroshe14 ariko uwunywa amazi ntanga ntazosubira kugira inyota. Ahubwo ayo mazi azohinduka isoko ridudubiza muri we, rizana ubugingo budashira.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)14 arik’ ūnywa amazi nzomuha, ntazoba akigira inyota na mba gushitsa ibihe vyose, arikw amazi nzomuha azohinduka muri we imbizi y’amazi yiburuka azana ubugingo budashira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |