Yohana 3:31 - Bibiliya mu Kirundi coroshe31 Uwamanutse ava mw’ijuru aruta bose, uwaje ava kw’isi ni uw’isi kandi avuga nk’uw’isi nyene, ariko uwaje ava mw’ijuru aruta bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)31 Uwavuye hejuru ni we asumba bose, uwo mw isi aba ar’ uwo mw isi nyene, avuga ivy’ isi; uwavuye mw ijuru ni we asumba bose. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |