Yohana 3:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Nuko baza aho Yohana ari bamubwira bati: “Rabi, wa muntu yari kumwe na we hakurya y’uruzi Yorodani, umwe washingira intahe, ariko arabatiza kandi abantu bose baja iyo ari.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Baza aho Yohana ari, baramubgira, bati Mwigisha, uwo mwari kumwe hakurya ya Yorodani, umwe washingira intahe, erega na we arikw arabatiza, kandi bose baza kuri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |