Yohana 3:21 - Bibiliya mu Kirundi coroshe21 Ariko umuntu wese akora ivy’ukuri yegera umuco, kugira ngo bigaragare ko ivyo akora abikorera mu kwubaha Imana.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)21 Arik’ ūkora ivy’ ukuri aza ku muco, kugira ngw ibikorwa vyiwe biseruke ko vyakorewe mu Mana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |