Yohana 3:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Umuntu wese akora ibibi yanka umuco, kandi ntiyegera umuco kuko atinya ko ibikorwa vyiwe bibi bija ahabona. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Kuk’ ūkora ibibi wese yanka umuco, kandi ntaza ku muco, kugira ngw ibikorwa vyiwe ntibihanwe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |