Yohana 3:17 - Bibiliya mu Kirundi coroshe17 Erega Imana ntiyatumye Umwana wayo kw’isi gucira urubanza abari kw’isi, ahubwo yamutumye kugira ngo ibakize biciye muri we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)17 Kukw Imana itātumye Umwana wayo gucira abari mw isi urubanza, ariko ngw abari mw isi bakizwe na we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |