Yohana 3:15 - Bibiliya mu Kirundi coroshe15 kugira ngo uwumwizera wese aronke ubugingo budashira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)15 ng’ ūmwizera wese ahabge ubugingo budashira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |
Ariko ico tuzi ni uko umuntu atemerwa n’Imana nk’umugororotsi kubera ibikorwa vy’ivyagezwe, ahubwo abihabwa no kwizera Kristo Yesu. Natwe nyene twizeye Kristo gutyo turonka kwemerwa n’Imana nk’abagororotsi kubera kumwizera, atari kubera gukurikiza ivyagezwe, kuko ata muntu n’umwe azokwemerwa n’Imana nk’umugororotsi kubera gukurikiza ivyagezwe.