Yohana 3:13 - Bibiliya mu Kirundi coroshe13 Nta n’umwe arigera aduga mw’ijuru, kiretse Umwana w’Umuntu yamanutse avayo. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)13 Nta wadūze mw ijuru, atar’ uwamanutse ava mw ijuru, ni we Mwana w’umuntu wo mw ijuru. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |