Yohana 3:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe11 Ndakubwire ukuri, twebwe tuvuga ivyo tuzi, kandi dushingira intahe ivyo twabonye, ariko ntimwemera intahe yacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)11 N’ukuri, n’ukuri ndakubgire: Twebge tuvuga ico tuzi, kandi dushingira intahe ico twabonye; ariko ntimwemera igishingantahe cacu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |