Yohana 21:8 - Bibiliya mu Kirundi coroshe8 Abandi bigishwa bagumye mu bwato bakwegera rwa rusenga rwuzuye ifi ku nkengera, kuko bari nko ku metero ijana. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)8 Arikw abandi bigishwa baza mu bgato, kuko bari hafi y’umusenyi, hāri nk’intambuko ijana, bakwega urusenga rurimw’ ifi. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |