Yohana 21:4 - Bibiliya mu Kirundi coroshe4 Kare mu gitondo, Yesu ahagarara ku nkengera y’ikiyaga, ariko ba bigishwa ntibashobora kumenya uwo ari we. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)4 Umutwenzi ugitambika, Yesu ahagarara ku musenyi, arikw abigishwa ntibāmenya kw ari Yesu. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |