Yohana 21:25 - Bibiliya mu Kirundi coroshe25 Yesu yarakoze n’ibindi bintu vyinshi. Iyo vyose vyandikwa, nibaza ko n’isi yose itokwiwemwo ibitabu vyokwanditswe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)25 Ariko hariho n’ibindi vyinshi Yesu yakoze, vyokwandikwa bidondowe kimwe‐kimwe, ngira ngo n’isi na yo ntiyokwirwamw’ ibitabo vyokwanditswe. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |