Yohana 21:23 - Bibiliya mu Kirundi coroshe23 Ivyo vyatumye haba ibihuha hagati mu bizera ko uwo mwigishwa atazopfa. Ariko Yesu ntiyavuze ngo ntazopfa; yavuze ati: “Nimba nshaka ko abaho gushika ngarutse, ivyo bigutwaye iki?” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)23 Ni co catumye iri jambo rikwira muri bene Data, ng’ uwo mwigishwa ntazopfa. Ariko Yesu ntiyamubgiye kw atazopfa, ariko yavuze, ati Namba ngomba kw agumaho kugeza aho nzozira, upfa iki? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |