Yohana 21:22 - Bibiliya mu Kirundi coroshe22 Yesu aramwishura ati: “Nimba nshaka ko abaho gushika ngarutse, ivyo bigutwaye iki? Wewe nkurikira gusa.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)22 Yesu aramwishura, ati Namba ngomba kw azogumaho kugeza aho nzozira, upfa iki? Wewe nkurikira. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |