Yohana 21:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Nuko Petero arahindukira abona wa mwigishwa Yesu yakunda ariko arabakurikira. (Uwo ni umwe yari yegamiye mu gikiriza ca Yesu bariko barafungura akamubaza ati: “Mwami, ni nde agiye kukugurisha?”) အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Petero arakebuka, abona wa mwigishwa Yesu yakunda abakurikiye, umwe yari yegamiye mu gikiriza ca Yesu hamwe bāsangira, akamubaza, ati Mugenzi, ni nde azokugura? အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |