Yohana 21:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Ndakubwire ukuri, ukiri muto wariyambika ukaja aho ushaka; ariko niwasaza, uzogorora amaboko yawe, uwundi muntu akwambike akujane aho udashaka kuja.” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 N’ukuri, n’ukuri ndakubgire: Ukir’ umusore, warikenyeza, ukaja ah’ ugomba; arikw ah’ uzosāzira, uzoramvura amaboko, uwundi agukenyeze, akujane ah’ utagomba. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |