Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 21:11 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

11 Nuko Simoni Petero asubira mu bwato akwegera ku nkengera y’ikiyaga rwa rusenga rwuzuye ifi nininini, zishika ijana na mirongo itanu na zitatu. Ariko naho zari nyinshi, urusenga ntirwatabutse.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

11 Simoni Petero aja mu bgato, akwegera urusenga i musozi rwuzuye ifi nini‐nini ijana na mirongwitanu na zitatu: kandi naho zari zingaho zirtyo, urusenga ntirwacitse.

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 21:11
4 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Yesu arababwira ati: “Nimuzane zimwe muri izo muhejeje kuroba.”


Yesu arababwira ati: “Nimuze mufungure.” Nta n’umwe muri ba bigishwa yubahutse kumubaza uwo ari we, kuko bari batahuye ko ari Umwami.


Nuko abizeye ayo majambo ya Petero barabatizwa, abashika ibihumbi bitatu biyongera ku gitigiri c’abizera.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ