Yohana 20:7 - Bibiliya mu Kirundi coroshe7 hamwe n’igitambara cari kizingiriye ku mutwe wa Yesu. Ico gitambara cari ukwaco kizinguruye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)7 n’igitambara cari mu mutwe wiwe, kitarambitse hamwe na za mpuzu, ariko kizinze kir’ ahaco ukwa conyene. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |