Biblia Todo Logo
အွန်လိုင်း သမ္မာကျမ်းစာ

- ကြော်ငြာတွေ -




Yohana 20:6 - Bibiliya mu Kirundi coroshe

6 Simoni Petero na we ashika inyuma yiwe, yinjira mu mva, abonayo vya bitambara vyera,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ

Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)

6 Maze Simoni Petero arashika amukurikiye, yinjira mu mva, abona za mpuzu zirambitseho,

အခန်းကိုကြည့်ပါ။ ကော်ပီ




Yohana 20:6
9 ပူးပေါင်းရင်းမြစ်များ  

Wa mukobwa arinda umuryango abaza Petero ati: “Ubwo wewe nturi umwe mu bigishwa b’uwu mugabo?” Petero aramwishura ati: “Oya sindi we.”


Maze arunama araba mu mva, abonayo vya bitambara vyera ariko ntiyinjira.


hamwe n’igitambara cari kizingiriye ku mutwe wa Yesu. Ico gitambara cari ukwaco kizinguruye.


Wa mwigishwa Yesu yakunda abwira Petero ati: “Ni Umwami!” Simoni Petero yumvise ko ari Umwami, aca yambara impuzu yiwe yo hejuru (kuko yari yayikuye) asimbira mu mazi.


ကြှနျုပျတို့နောကျလိုကျပါ:

ကြော်ငြာတွေ


ကြော်ငြာတွေ