Yohana 20:26 - Bibiliya mu Kirundi coroshe26 Haheze indwi, abigishwa ba Yesu basubira gukoranira hamwe mu nzu, kandi na Toma yari kumwe na bo. Imiryango y’inzu yari yugaye, ariko Yesu araza ahagarara hagati yabo, arababwira ati: “Amahoro abane namwe!” အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)26 Maz’ imisi munani ishize abigishwa bāri mu nzu ukundi gusha, na Toma bāri kumwe. Yesu araza, inzugi zari zugaye, abahagarara hagati, at’ Amahoro abe muri mwebge. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |