Yohana 20:24 - Bibiliya mu Kirundi coroshe24 Toma (uwo batazira Ihasa), umwe muri ba bigishwa cumi na babiri, ntiyari kumwe n’abandi bigishwa igihe Yesu yaza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)24 Ariko Toma ari we Hasa, umwe wo muri bamwe cumi na babiri, ntiyari kumwe na bo aho Yesu yaza. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |