Yohana 20:20 - Bibiliya mu Kirundi coroshe20 Ahejeje kuvuga ivyo, abereka ibiganza n’urubavu vyiwe. Abigishwa baranezerwa cane babonye Umwami. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)20 Amaze kuvuga artyo, abereka ibiganza vyiwe no mu rubavu. Maz’ abigishwa baranezerwa, babonye Umwami. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |