Yohana 20:18 - Bibiliya mu Kirundi coroshe18 Mariya Magadalena aca aja aho abigishwa bari bari arababwira ati: “Nabonye Umwami!” Aca ababwira ivyo Yesu yamubwiye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။Bibliya Yera 1951 1967 (Burundi)18 Mariya Magadalene aragenda, abarira abigishwa inkuru, ati Nabonye Umwami; abadondera ivyo yamubariye. အခန်းကိုကြည့်ပါ။ |